MATAYO 1:17

17Nuko ba sekuruza bose guhera kuri Aburahamu gushitsa kuri Dawidi n'icumi na bane, kandi guhera kuri Dawidi gushitsa ku gihe co kujanwa mu buja i Babuloni ni icumi na bane, kandi guhera ku gihe co kujanwa mu buja i Babuloni gushitsa kuri Kristo ni icumi na bane nyene.

Share this Verse:

FREE!

One App.
1537 Languages.

Learn More